Zinedine Zidane yatanze imihoho nk’umumenyereza wa Real Madrid

Insiguro ya video, Zinedine Zidane yatanze imihoho nk’umumenyereza wa Real Madrid
Yatangajwe

Inyuma gato y’intsinzi yiwe mu nkino za Bulaya yanatahukanye nk’umumenyereza ubugira gatatu, Zidane yatanze imihoho mk’umumenyereza. Iyi ngingo yamenyeshereje mu kiganiro n’abamenyesha makuru, yababaje benshi.