Abavyeyi b'abana bagirizwa gufutanganya ifoto ya Prezida Nkurunziza ngo barababaye

Insiguro y'amajwi, Abavyeyi b'abana bagirizwa gufutanganya ifoto ya Prezida Nkurunziza ngo barababaye
Yatangajwe

Abavyeyi b'abana bagirizwa gufutanganya ifoto ya Prezida Pierre Nkurunziza, bakaba birukanywe mw'ishure burundi, ngo barababaye, umwe muri bo akaba yiganiye BBC uko bavyakiriye.