Umwana yakorotse ava mw'igorofa ya kabiri, aramusama

Insiguro ya video, Uyu mwana yasize nyina wiwe mu gikoni, agira Imana uyu musore aramusama.
Yatangajwe

Uyu mwana yasize nyina wiwe mu gikoni, agira Imana uyu musore aramusama.