Ubutunzi bwa Kongo, u Burundi n'u Rwanda buri mu Bubiligi bugiye gusubizwa?
Yatangajwe
Abashakashatsi bavuga ko "Abamuka mur'ivyo bihugu bafashije mu kwubaka mu Bubiligi ububiko ndangamurage w'ivyo bihugu", ko igikenewe ari ukuganira uko busubizwa.