Nigeria, iyica rubozo ryagirizwa igipolisi riteye amarira mu miryango

Insiguro ya video, Amatohoza ya ‘BBC Eye’, igisata kijejwe amatohoza,
Yatangajwe

Amatohoza ya 'BBC Eye', igisata kijejwe amatohoza, ryerekana ivyemezo, itunganya n'ibiranga aya mabi yabaye akaranda.