“Ubwoba buribonekeza mu Burundi naho hariho umutekano”
Yatangajwe
Gaston Sindimwo, icegera ca mbere c'umukuru w'igihugu yabwiye BBC ko amatora abwirizwa kuba inzira yo kugabanya ibirwanisho mu gihugu, uhereye kuvy'abajejwe umutekano.